Mu kigo ca kaminuza y’Uburundi co ku Mutanga niho honyene hari icibutso citiriwe umuhisi Patiri Ntahokaja. Ico cibutso si ikindi ni inyubakwa yamwitiriwe nko gushima ibikorwa yakoze muri iyo kaminuza hamwe no guhagararira imico n’imigenzo tutibagiye ururimi rw’ikirundi. Ariko twihweje uko iyo nyubakwa ifashwe bigaragara nkaho umengo iyo Ntwari ntaco yoba yaramaze. Ukudaha agaciro inyubakwa yitiriwe umuhisi Padiri Ntahokaja biri mu bisuzuguza ibikorwa yasize aranguye. Iyo nyubakwa nimwe muzisanzwe ziri mu kigo ca kaminuza y’Uburundi. Abahize benshi bahazi nko «Kwa Ntahokaja ». Iyo nyubakwa ikunda kwifashishwa akenshi iyo hatunganijwe ibiyago bitandukanye.…
Catégorie : Education
Les stages de premier emploi : Le journal Shikiriza s’y implique
Du 23 au 27 janvier 2023 s’est tenue une session de renforcement des capacités en journalisme et en communication des 6 nouveaux stagiaires professionnels. Ces derniers sont des bénéficiaires du stage de premier emploi accordé par le journal Shikiriza en collaboration avec le PAEEJ. Cette semaine a été aussi une belle occasion de renouveler l’engagement de ce médium des jeunes par les jeunes et pour les jeunes, femmes et enfants dans la promotion des jeunes et leurs compétences à travers son programme « Shikiriza stage ». Faisant suite aux recommandations formulées au…
Tobacco, that knife of double edge for our children
Adolescence is a period of physical, psychological and socio-cultural transformation, but also of curiosity, experimentation and acquisition. It is unanimously recognized that the good habits acquired during adolescence have a chance to last a lifetime. On the other hand, risky behaviours acquired in adolescence are often difficult to change in adulthood. Smoking is one of these risky habits. Burundi remains a fertile ground for tobacco consumption. Many children had become preys of tobacco industries. Other narcotics are used illicitly. Young people smoke it as if it were nothing. The question…
« On ne peut pas promouvoir la langue française aux enfants illettrés »
L’association « Jeunes Francophones Pour La Promotion de la Langue Française, JFPLF en sigle » a octroyé, ce 01 septembre 2022, les matériels scolaires aux enfants provenant des familles démunies en Mairie de Bujumbura. Ce geste couronné d’appréciation provenant de tous les côtés a plus qu’un objectif comme ça a été révélé au journal Shikiriza par le Président et Représentant légal de ladite association. Une assistance en kits scolaires aux enfants provenant des familles pauvres de la Mairie de Bujumbura a été donnée ce 1er Septembre 2022. Cette assistance était composée des…
Ubuzima bubi: Kimwe mu bituma abana baja mw’ibarabara no kunywa ibiyayuramutwe
Kuja mw’ibarabara canke kunywa ibiyayuramutwe ngo akenshi birashobora gutumwa n’ububabare, amagorwa, agahinda canke ubuzima bubi umuntu arimwo, acamwo canke yabayemwo bikamunanira kubwihanganira canke gutorera umuti ingorane aba afise. Ndereyimana Bienvenu, umwe mubo ivyo vyashikiye, aratwiganira uko vyamugendeye. Ndereyimana Bienvenu ni umusore avuka i Gisozi mu ntara ya Mwaro. Ni umwe kandi mu bana bakuze banywa ibiyayuramutwe ndetse akanihereza amabarabara. Ivyo ngo yabikora abitumwe n’ubuzima bubabaje yavutse yisangamwo akanabukuriramwo. Ariko ngo amaze gushikana imyaka 25, yarahavuye aravavanura burundu n’iyo ngeso yo kunywa ibiyayuramutwe n’aho ingaruka mbi yasigaranye zitabuze nko guhinduka ku…
Ikiruhuko co mu ci: akaryo keza kuri bamwe, umusaraba ku bandi
Abanyeshure buca baja mu buruhuko bw’amezi hafi abiri. Bamwe mbere baza baramaze no kubwinjiramwo. Ariko, nk’uko bitegekanijwe n’itegeko ry’ubushikiranganji bw’indero, uburuhuko buzotangura neza na neza kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 8 Mukakaro 2022. Iki gihe c’ano mezi abiri ngo ni akaryo keza ku bana no ku bavyeyi ko kuvyaza umusaruro, naho nyene bitabonwa kumwe na bose. Nk’uko tubisobanurirwa na kazinduzi, ikiruhuko ni akanya utaba uri ku kazi ka minsi yose wahora wamamwo. Ku bakozi batandukanye, ikiruhuko ni umwanya bahabwa n’abakoresha babo, maze bakawumara batari ku kazi kabo ka minsi…
CMAAOHUB: A golden programme for young graduates in search of employment
The CMAAOHUB Club is a programme initiated by CMAAO Afya Bora. This programme is commonly heard whispered between the young people living in different corners of the economical capital of Burundi, Bujumbura. From those hearsays, anyone will undoubtedly be curious about its specificity and mainly its work coupled with its goal. Shikiriza via its contributor went in search of more light on this opportunity available to Burundian youth. The “Centre Médical d’Accueil, Accompagnement et d’Orientation (CMAAO AFYA Bora)” is an association under Burundian law based in Bujumbura. Apart from its…
Belyse Imunkurize: Umwigeme basigaye bita “Makara”
Mu gihe mu ntambamyi nyamukuru zihanze urwaruka rw’Uburundi harimwo ukutagira akazi, hari abamaze kubona inzira yo kubivamwo. “Uwuvunitse ntayoberwa gucumbagira”, abakera bagiye bayamaze. Ngo ntakugereranya ic’umuntu yize n’ico atagerezwa gukora. Imunkurize Bélyse, umwigeme aba mu Carama, aradushingira intahe y’uko yabigenjeje kugira ngo mu mwanya atararonka akazi k’ivyo yigiye ntagume yicaye, asegerereza buri kantu kose akeneye. Buri mwaka abanyeshure barenga 3000 barasohoka ama kaminuza atandukanye ari aha mu Burundi. Amakaminuza arenga 49 akaba ariyo asohora abanyeshure buri mwaka. Abenshi muri bo bagasohoka badafise iciyumviro c’ivyo bagiye gukora mu gihe Reta canke…
Early and Unintended pregnancies: a hindrance to success for girls
Unintended pregnancies in the school environment in Burundi is a big challenge that shatters dreams for many girls. What should be done to prevent and reduce them? Isaac Irakoze goes through this great issue in our society. Over the past decades, woman’s responsibilities were limited to domestic activities, giving birth to children, feeding and educating them. Homemaking was supposed to be her only main task. The school was reserved exclusively to boys. ‘‘Ntamashure y’umukobwa (School is not important for girls),’’ many Burundians unfortunately believed. ‘‘Buraca bugacana ayandi (the future may…
Graduated but unemployed: who to blame?
Unemployment is an issue for the youth in Burundi. The rate keeps increasing. Reasons include the lack of entrepreneurial experience for young graduates, the content of the academic curricula that doesn’t match the reality of the time and false assumptions over the outcome of studies. Considerable efforts should be put in to tackle unemployment. I recently came across a group of students on their way home. I really had the curiosity to know what they think of school today. They obviously had different points of view. Still, they agreed on…