Burundi: Iyubahirizwa ry’amategeko agenga abakozi n’abakoresha

Amategeko agenga abakozi n’abakoresha ni kimwe mu bitsimbataza iterambere, iteka n’itekane mu kibano iyo yubahirijwe. Reka dukurikirane imyihwezo y’abahinga batandukanye mu bijanye n’amategeko agenga abakozi n’abakoresha hamwe n’uburenganzira bwabo. Mu Burundi, amategeko agenga abakozi n’akazi arahari ariko ntiyubahirizwa bishimishije.  Itegeko ridasanzwe (loi spéciale) ryo kuwa 24/11/2020 risubirira itegeko-bwirizwa (décret-loi) ry’umukuru w’igihugu ryo kuwa 7/07/1993; akaba ari ryo ryerekana neza uburenganzira bw’umukozi n’aho bugarukira. Ariko kandi, hariho n’ayandi mategeko atandukanye nk’ibwirizwa shingiro ndetse n’amategeko mpuzamakungu ajanye n’akazi Uburundi bwateyeko igikumu. Iryo tegeko rirerekana ko umukozi, yaba uwa Reta canke uwo mu…

La consommation d’alcool : la médaille et son revers

La consommation de l’alcool reste le centre des débats virulents, vu ses bienfaits et méfaits. Dans des lignes qui suivent, le journal Shikiriza s’est appuyé sur des recherches et sur les avis des experts dans le domaine de la santé pour éclairer les avis des deux parties, ainsi que la conclusion qui devrait en découler. L’organisme humain a besoin d’alcool en quantité modéré. Mais, selon les croyances religieuses, l’unanimité de cette affirmation peut susciter des débats éternels. Ce qui est sûr, l’alcool joue le rôle non seulement d’apaiser la soif,…